Urumogi rurimwa n'abasirikare mu Butaliyano, rugurishwa mu mategeko muri za farumasi

Mu Butaliyano urumogi rwa marijuana rurimwa n'igisoda mu buryo bwemewe n'amategeko, rugakoreshwa nk'umuti ku bafise uburwayi, bakarugura muri za farumasi.