Ingumu mu nama nshingamateka muri Afrika y'epfo

Ingumu mu nama nshingamateka muri Afrika y'epfo

Ingumu mu nama nshingamateka muri Afrika y'epfo aho Prezida Jacob Zuma yari aramutse ashikiriza ijambo ngarukamwaka ku kuntu igihugu cifashe.