Kutabisa imodoka ya pereziza vyamukozeko

Umwe mu barongozi batavuga rumwe na leta yatawe muri yompi, inyuma yo guhuirira mw'ibarabara n'imodokari zireruye umukuru w'igihugu akanka gutanga inzira.