Ingwara ya Eveline yahinduye politike y'ubworozi
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ingwara y'umwana umwe gusa yahinduye ubworozi mu gihugu cose.

Eveline, umwana w'umworozi wo mu bu Hollande, yahatswe kwicwa n'ingwara itegwa n'umugera utumva imiti MRSA mu 2003, ariko ingwara yiwe yazanye amahinduka.