Wari uzi ko ivyatsi bishobora kubangamira ikiyaga kigapfa?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Muri Etiyopiya ikiyaga Tana, ca mbere kinini muri ico gihugu, kigeramiwe n'icatsi hyacinth

Muri Etiyopiya ikiyaga Tana, ca mbere kinini muri ico gihugu, kigeramiwe n'icatsi hyacinth co mu mazi, amahinga bakavuga ko atagikozwe ico kiyaga cokama