Ng'uyu umukobwa yatunganije intambo y'indirimbo 'This is America'
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Sherrie Silver niwe yatunganije intambo y'indirimbo "This is America"

Sherrie Silver, umunya Rwandakazi w'imyaka 23, avuga ko gutamba yavyigiye mw'isengero nk'abandi bakobwa benshi bo muri Afrika.