Igishusho carara mu kirere ca London, cerekana Perezida Trump nk'umwana.

Igishusho carara mu kirere ca London, cerekana Perezida Trump nk'umwana.

Mur'uru rugendo rwiwe rwambere rw'akazi mu Bwongereza, Trump yavuze ko mu vyo yagaye gose harimwo ico gishusho.