Agafuni kabagara ubumwe ni akarenge
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ethiopia na Eritrea vyongeye kugenderanira inyuma y'imyaka 20

Hakozwe urugendo rwa mbere rw'indege yava muri Ethiopia ija muri Eritrea, inyuma y'intambara ishingiye ku mupaka w'ibihugu vyompi yabaye mu myaka 20 ishize.