Ntacotubuza kwishimira uko turemwe
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Mu mwiyerekano n'ihayanishwa ry'ubwiza riherutse mu Bwongereza, abantu baremwe kwinshi

Fatima avuga ati : "Abantu barirenganya ku mbuga ngurukana bumenyi, bakisiga birengeje, ibi dukwiye kubirenga."