Imfashanyo y'Ubushinwa kuri Afrika, abategetsi ba Afrika ntibarayitahura?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Imfashanyo y'Ubushinwa, abategetsi ba Afrika ntibarayitahura? Umviriza umwihwezo wa Pr. Julien NIMUBONA (umuhinga mu vya politike)

Dr Julien NIMUBONA (umuhinga mu vya politike) ati nta buzi, nta vyinjiza amahera y'agaciro Ubushinwa buha Afrika, kandi ibi bihugu si vyinsi bifise isaganirizo (Umviriza).