"Ntituzokorana n'urya murwi kuko wagiyeho ku nguvu za Bulaya", umviriza Martin Nivyabandi umushikiranganji w'agateka ka muntu

Ivy'agateka ka muntu ntivyera de. Hari ababuze irengero, ariko leta y'uburundi nt'ikora ngo inezereze abanyamahanga (Umushikiranganji).