Umuhari CNARED wibutsa ko ibiganiro vyanabaye muri kahise (Umviriza Onesime Nduwimana awuvugira)
Umuhari CNARED wibutsa ko ibiganiro vyanabaye muri kahise (Umviriza Onesime Nduwimana awuvugira)
Mugihe Mkapa abonana n'abatavuga rumwe na leta i Bulaya, CNARED ivuga ko igihugu ar' ic'abarundi bose, kandi amahoro atacoza kiyaruta.