Uyu ni umwigeme Ornella Havyarimana, mu buhanga bwiwe ku rwego rwa EAC, mu rukino rwa Box.
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ubuhinga bwa Ornella Havyarimana, ku rwego rwa EAC, mu rukino rwa Box.

Iyi ni video ya BBC, isohotse mu gihe ariko yimenyereza, yizeye ko leta y'u Burundi imufasha kuja guserukira igihugu mu nkino mpuza makungu zitegekanijwe mu kw'icumi na rimwe, mu Buhindi.