Intambwe urugamba rwo kugwanya umugera wa Sida rugezeko
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Intambwe urugamba rwo kugwanya umugera wa Sida rugezeko mu Burundi no mu karere

Ingene Jeanne Gapiya amaze imyaka 32 agendana umugera wa Sida hamwe n'abandi bakenyezi bafasha kugwanya ikiza ruhonyanganda ca Sida mu Burundi, mu karere no mu makungu. Jeanne Gapiya arigana n'ingene afadikanya ivy'ubuzima busanzwe n'urwo rugamba.