Abashika 50 nibo kugera ubu bataramenywa irengero muri Kenya

Abashika 50 nibo kugera ubu bataramenywa irengero muri Kenya

Perezida Uhuru yashimiye abagize uruhara mu kwivuna abateye, yemera ko uwuri inyuma y'ico gitero wese ariko arahigwa.

Inkuru muteguriwe na Audace Machado