George Weah ahanzwe n’inyuruzwa ry’itunga rya leta

Uwahoze ari umukinyi rurangiranwa, aremeza ko atawumurusha gucenga, kandi ko abanyuruje itunga ry'igihugu amategeko azobafata.