Imyaka 15 iraheze, izi nzuki zinjiye mu rugo rwa Gosa Taffese

Taffese avuga ko izo nzuki zikunda kumukurikira iyo agiye hose, kandi ko atazi igituma.