Icatumye umu nye Kenya atorokesha umwana wiwe mu bitaro

Icatumye umu nye Kenya atorokesha umwana wiwe mu bitaro

Yafashwe n'umugore akora kw'irembo ry'ibitaro, ageze imbere y'ubutungane yasiguye ko ari ubukene bwamutumye anyuruza umwana wiwe.