Mozambique, igihuhusi ‘Idai’ catikije abantu caje bakibona

Mozambique, igihuhusi ‘Idai’ catikije abantu caje bakibona

Abategetsi basaba imfashanyo amakungu, bakemeza ko igisagara ca Beira cose kiri munsi y'amazi kandi ko bananiwe gukinga kuko catanguye bakibona.

Inkuru mushikirijwe na Audace Machado