Ikiganiro kuri kazoza k’umuryango wa Afrika y’Ubuseruko
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Igice ca kabiri c'kiganiro kuri kazoza k’umuryango wa Afrika y’Ubuseruko

Igice ca kabiri c’ikiganiro BBC yagiranye na Sylvestre Ntibantunganya, yahoze ari umukuru w’igihugu c’Uburundi, Faustin Twagiramungu yahoze ari umushikiranganji wa mbere w'u Rwanda na Joseph Sebarenzi, wahoze ari umukuru w'inama nshingamateka y'u Rwanda. Cerekeye imikorere y'umuryango wa Afrika y'ubuseruko -EAC- ubu umaze imyaka 18 ushinzwe, ukaba ugizwe n'ibihugu vya Kenya, Tanzania, Uganda, u Burundi, u Rwanda hamwe na Sudan y'ubumanuko.