Burundi: Ni iki gikurikira ihagarikwa rya BBC na VOA?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Burundi: Ni iki gikurikira ihagarikwa rya BBC na VOA?

Hari ibihugu bifasha u Burundi vyiyamirije iyo ngingo ya leta, mu gihe BBC imenyesha ko hari vyinshi biriko biraba mu gihugu mur'ibi bihe vy'umyiyamamazo.