Ifoto y'uwu mugore ari mu myiyerekano ya Sudani yabaye rurangiranwa
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Iyi foto y'uwuri mu myiyerekano ya Sudani yabaye rurangiranwa

Abagore bari imbere mu bagira iyi myiyerekano, nk'uyu bamaze gutazira 'Kandaka', izina ry'abamikazi ba kera muri Sudani.