Umugwi w'Uburundi wemeza ko witeguriye inkino z'igikombe ca Afrika
Umugwi w'Uburundi wemeza ko witeguriye inkino z'igikombe ca Afrika
Alain Olivier Niyungeko, umumenyereza w'intamba mu rugamba, yabwiye BBC ko umugwi nserukiragihugu w'Uburundi ata kibazo c'uburyo ufise kandi ukomeza kwitegurira inkino z'igikombe ca Afrika zizotangura kuw'Imana mu Misiri.