War'uzi ko umwuga wo kujisha ukiza indwara zifatira mu mutwe?

War'uzi ko umwuga wo kujisha ukiza indwara zifatira mu mutwe?

Jacqui akora uyu mwuga mu buryo budasanzwe, avuga ko arico camukijije kandi ko ubu afise uruganda rwiwe.