Sierra Leonne: inyuma ya Ebola, abana bo mw'ibarabara bariyongereye
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Sierra Leonne: inyuma ya Ebola, abana bo mw'ibarabara bariyongereye

Abagira neza basigura ko abagore barenga 300 000 bagurisha imibiri, kandi ko ico gitigiri ciyongereye kuva inyuma ya Ebola.