Umushikiranganji May ajanye agahinda
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umushikiranganji Theresa May ajanye agahinda

Kuva yerekanye intambwe yo gukura Ubwongereza mu bumwe bwa Bulaya, ntiyorohewe na gato, kuko hari n'abamwagiriza ko uwo mugambi wacanishijemwo abongereza.