Ada Hegerberg ashimiwe nk'umukinyi w'umugore mwiza mu 2019
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ada Hegerberg ashimiwe nk'umukinyi w'umugore mwiza mu 2019

Bubaye ubwa kabiri atsindira agashimwe ka BBC, atangara n'ingene kamusangijwe i muhira atar'avyiteze.

Inkuru mushikirijwe na Audace Machado