“Mu butinya nka /imihango-, ata mafaranga, nakoresha ibitambara bishaje”
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

“Mu butinyanka /imihango-, ata mafaranga, nakoresha ibitambara bishaje”

Mu bihugu bitari bike, ubuhinga buriko buratera imbere ngo abana b'abakobwa bagire amagara meza kandi bige batere imbere.