Muri Sudani, ubwoba buratekeye abantu ko ubwicanyi bushobora kwiyongera

Muri Sudani, ubwoba buratekeye abantu ko ubwicanyi bushobora kwiyongera

Mashim ni umumenyeshamakuru wa BBC ashinga intahe kuvyo yiboneye iwabo, anasigura ibiri inyuma y'izo ntambara.