Sudani, uko ubwicanyi bwo mu kwa gatandatu bwagenze biriko bija ahabona
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Sudani, uko ubwicanyi bwo mu kwa gatandatu bwagenze biriko bija ahabona

'BBC Eye', igisata c'amatohoza ca BBC cagize amatohoza ku masanamu y'ivyabaye mu kwa gatandatu. Ni mugihe abarongoye igisirikare basaba abo bagirana ibiganiro ikigongwe ku basirikare bokwagirirwa.