Impunzi z'aba nya Mulenge bimuriwe mu ntara ya Manchester babayeho gute?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Impunzi z'aba nya Mulenge bimuriwe mu ntara ya Manchester babayeho gute?

Bashimira ibihugu vyabahaye indaro, bakishimira kazoza k'abana babo mu gihe bariko biga ubuzima bushasha.

Inkuru ya Audace Machado