Ingaruka z'ibihano vya Amerika kuri Irani
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Irani ubuzima bw'abanyagihugu busa n'ubuhagaze inyuma y'ibihano vya Amerika

Ukwivuza, ingendo z'indege, imfungurwa, ugutumanako, ibikoresho vyo mu biro ni zimwe mu ngorane zizingamitse abanyagihugu kuva ibi bihano bifashwe.