'Poko' abayitunze bavuga ko igera aho ikara yibukijwe ivyashikiye abavyeyi
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

'Poko' abayitunze bavuga ko igera aho ikara yibukijwe ivyashikiye abavyeyi

Iyi nguge yahungishijwe iva mu Burundi yisangije kandi ko itambukira ku maguru nk'abantu.