Ata muceri, ata nyama, bigiye kugenda gute?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umuceri, inyama, vyoba bibangamiye abantu n'isi?

Ku mvo z'ugukingira isi, ibi ni ibindi bigiye gushirwa imbere mu migambi mpuza makungu y'intwaro mw'isi.

Inkuru mushikirijwe na Audace Machado