Kayabaga ari gute mu bagore 100 b’abirabure karorero muri Canada?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Kayabaga ari gute mu bagore 100 b’abirabure karorero muri Canada?

Ni umwe mu banye politike b'ababarundikazi babiri batowe uyu mwaka 2019-2020 n'ishirahamwe 'CIBWE' mu bagore 100 b'intwari abandi banye Canada bashinga ijisho