Perezida Macron yidogera Borsonaro ko yamutukiye umugore
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Perezida Macron yidogera Borsonaro ko yamutukiye umugore

Amatati ari hagati ya Brezil n'Ubufaransa ageze mu bitutsi, mu gihe ishamba rya 'Amazonie' ririko rirarurumba rikeneye abatabara.