Mu Bwongereza, bagiriza leta gutembagaza inzego
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Mu Bwongereza, bagiriza leta gutembagaza inzego

Imyiyerekano yatanguye gukwira ibisagara bitandukanye inyuma y'aho leta imenyesheje ko ishobora guhagarika inama nshingamateka amezi make.