Muri Afrika y'epfo, abaturira bagasagata babandanya gutuzwa
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Muri Afrika y'epfo, abaturira bagasagata babandanya gutuzwa

Abimukira n'abandi banyamahanga nibo babangamiwe kurusha mur'ubwo bukozi bw'ikibi amakungu agaya cane.