Afise imyaka 11 gusa, ariko ubuhinga bwiwe ni rurangiranwa
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Afise imyaka 11 gusa, ariko ubuhinga bwiwe ni rurangiranwa

Uko yatanguye gukomeza ubuhinga bwiwe, abikesha se wiwe yamwigishirije ku bahanga nka ba Messi, Ronaldinho n'abandi, kandi indoto ziwe zirakomeye.