War’uzi ibikuru bigenza Perezida Tshisekedi mu Bubiligi?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

War’uzi ibikuru bigenza Perezida Tshisekedi mu Bubiligi?

Imigenderanire mu vya politike, ubutunzi, ivya gisirikare, biri mu vyemeranijwe ko bigiye kunagurwa inyuma yo gu hagarikwa ku ntwaro ya Perezida Joseph Kabila.

Inkuru ya Audace Machado