Aba bigisha ba za kaminuza bamenyekanye ko bari mu bashurashuza abanyeshure ngo babahe amanota
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abigisha bamenyekanye ko bari mu bashurashuza abanyeshure

Inyuma y'amatohoza ya BBC muri Nigeria na Ghana, Mwalimu Bonifasi wo muri Nigeria, yari na Pasitori yamaze guhagarikwa mu bikorwa vy'ishengero na kaminuza.