"Umuganwa Rwagasore yarwanya ivangura ry'Abarundi"
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

"Umuganwa Rwagasore yarwanya ivangura ry'Abarundi"

Ntibantunganya Sylvestre, nk'umwe mu bahoze barongoye u Burundi avuga ko yigiye kuri Rwagasore ko 'Ubutegetsi nyabwo butavangura bifatiye ku bwoko, imigambwe n'ibindi'.