War’uzi uyu musore O'Plerou yakoze ‘emojis’ ny’Afrika?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

War’uzi uyu musore O'Plerou yakoze ‘emojis’ ny’Afrika?

Ku myaka 29 amaze kuronka ubushimwe kuko yubatse ibimenyetso 'emojis' ny'Afrika vyitwa 'Zouzoukwa' mu vyuma ngurukanabumenyi.