Igitumba Raja Meziane, umuririmvyi  wo muri Algeria yahunze igihugu
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Icatumye Raja Meziane, umuririmvyi wo muri Algeria, ahunga

Bampamagara bambwira bati, 'Urahitamwo kuririmba ushigikira ikiringo ca Bouteflika, canke wibagire umwuga wawe muri Algeria'.