Izi miliyari 3US$ zigenewe Afrika mwari muzi uko mwozironkako?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Amahirwe yo kuronka kuri miliyari 3US$ zigenewe Afrika

"Ukudashigikira abagore mw'iterambere, niho twihendera kuko uko bashobora kutuvyara niko bashobora gutunganya aho tubaye" [Umuyobozi w'ibanki ya Afrika y'iterambere]Inkuru na Audace Machado