Imvo y’imyuzure mu buseruko bwa Afrika

Abahinga basigura ko ari icuka kiva mw'ibahari Indiana, ari naco giteye ukwuma n'imiriro muri Australiya.