Irani, abarenga 30 bapfuye bagiye gufuba Soleimani
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Irani, abarenga 30 bapfuye bagiye gufuba Soleimani

Uretse abapfuye, amajana bakomeretse mur'ivyo birori vyo gufuba General Soleimani abatari bake bafata nk'incungu mur'ako karere.