Kalibu mur’iyi modoka wimoshe umushatsi!

Iyi modoka yo mu bwoko bw'izunguruza abantu yahinduwemwo icumba co kumwa umushatsi, ikazunguruka igisagara, ba kimyozi 12 bari ku kazi.