‘Coronavirus’: Ibihugu nk'imiji yabaye nk’agasho

Uyu mugera ugeze ku rugero rw'aho, nko mur'ibi bihugu 5 imiji yugaranywe, ingendo zahagaze, ari indwano idatanye n'iya gisirikare.