Abacunga imbibe z’Ubugiriki barashe birukana impunzi

Abacunga imbibe z’Ubugiriki barashe birukana impunzi

Inyuma y'intambara hagati ya Turkiya na Siriya, Turkiya yuguruye imbibe ngo impunzi n'abimukira binjire ku mugabane wa Bulaya.